YIVYE 119 MILLION muri Bank ya KCB BURUNDI..|| Igipolice kiri KUKIVI koko..
HTML-код
- Опубликовано: 29 мар 2025
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Kandi murwize ubuhinga mukoramwo nayahandi baratumarira amahera ndakurahiye .muga ndabiz ntibakorako ndakurahiy kiracunzwe daaa💪💪💪💪
Ntabwo arumusuma kuko baramushiriyeko😂😂😂😂
Ok kobihenze ntabwo arumusuma ahubwonimuyamusabe hama mumurekure mwobamukoze nezacane
Ariko vrt ndakeka nabantu bari kurishi bosubiza amahera baronse batazi iyazanany ndabarahiy pe
Erega ndumva muburundi bazohava baduhagarika kuraba film nka La Casa de papel 🤣🤣🤣🤣😆😆kbxa
Jw simbona koyivye none kwatabomoye bank wewe yayasanze kuri konte yiw simbonako mwomwita umusuma
None ngaho mumwita umusuma gute ?najewe ubwanje mbonye amahera ajemunzira nkiyo noyatora kuko sinobanivye tokaaa icokigabo kivugira igipolisi kiranshisha barawuciye ngo imboga mbi ntiziva munkono
Isaac komera izonkuru tuba tuzikeneye
Wumva atari mana yari yamwihereye kweli 🤔🤔 ahubwo murayimanuje
😂😂😂 ubiravye ntibari kumwita igisuma 😁
😂😂🤣🤣
Mana weee uyumwka batanguye nabikwel bari babiteguye kbx😳😳😳🤔🤔🤔🤔🤔🤔
Biragaragara ko umukozi wa REGIDESO yagize versement bafitanye ivyo bahuriyeko n'uwo mugabo kuko naho bokwitiranwa amazina yose ntibasangiye numéro de compte REGIDESO nayo yirweko neza
eg vrmt numéro de compte ntizishobor gus
Ivyobirashika basangiye amazina abakozi bacu bafise ubunebwe kuko bakubitamwo amazina ntibaraba numero vyarambayeko ndungikiy umuntu amahera ajakuwundi jenabibonye ubwonyene mugakugirabayakureko barankase kandi arikosaryabo
Aho Sha bwana Izahaku izo nizo bita inkuru
mbeg lmana wee😃😃😃jewe ga Mana ntivyombako ?nlmana yamuhaye shaa nimumureke
Oya birashika bakihenda, kuko hari nuwundi mugenz wanje vyashikiy bamushiriyrko 2millions yaciy agenda kubivuga baca basanga bihenze
Sha Ndibaza Ariho satelite kuko mbona reta irakaze kbs,
Ntaritwa igisuma hataraboneka uwuvugako bafatanije kwiba ahubwo nimurondere uwayashize kuri compte yiwe nayahandi najewe ndayabonye kuri compte yanje kabisa sinoja kubaza pe uretse ko ntoca ndayakurako ubwo nyene nukurako dukeya mugabo ivyo kuza kubaza sinobishobora pe
Komera kbx
Haha jewe numva atarumusuma nimba barihenze aca yitwa isuma 🙄🙄 ahubw bari kuyamusab kuneza
Bwana muvugizi wigipolisi nubushikiranganji uvugira reka guca kumubari ahuvuga jo rejidezo ko yohenze sivyo. Ahubwo nimumukanye amahuri abivuge uzagusanga hari igisuma kiri muri rejidezo bashaka kwibirahamwe. Nanicogitima uryo shirahamwe ryama rihomba nuko biba ayo mahera ya reta.
Naje simbona ko ari umusuma..none harayo yagiye gukura mwi banki??
Hhhhh Burundi muransetsa bank yibeshya ite hhhhh yarenganye
Ahubw mur bidundur kbx non wumv yarivy cnk yar yiherew niman Harinz yabomoy bamuvug ukur🤭🤭🤭
Uwo yayarungitse mumurabe niw musuma amazina arasa mugabo konte yumuntu ntishobora gusa niyuyundi
Yooo igi polisi kwl ubu cabahagurukiye basha yubahwe president kabisa kumbure bareke kwiba babijinyitse
none gasha. nyakubahwa. mwita umusuma umuntu utaranatohoza neza. ngo turacatohoza. umva nukuntu uca uvanga nibindi. uyo atandukanye nabarya ba bacombu. ... nanjew nsanze kuri conte yagiyeho. eeee ahaha uyo wa regideso. nimba yarihenze yarihenze. ngo umusuma
Sigisuma vrmt, ahubwo regideso yari kumurondera neza naga commission bakamuha kubera biragoye gusubiza amahera yamaze kukushika muntoke. urazi aba agent ba Lumicash na Ecocash iyo wihenze naho ugira gute ntibagusubiza lol
Ntagobwo yariyivye, inabiyakoze nukwoyaciye ahunga,
Yari yahombeje igihugu
Ntivyoroshe pe yarazi ko akize ubukene
Uwo muntu ntakosa afise umukozi wa Regideso niwe afise ikosa musigeho kumwita ihisuma .
Hari igihe abayashizeko aribo bihenze uwo mugabo akaba yayasanzeko uko aca arikausha.
Ariko kandi biragoye kumenya ingene yamenye ko kuri compte yiwe hagiyeko amafranga ubwo nyene bakiyashirako. Nico gitey'amakenga
KCB amafranga agezekuri account yumuntu baragutumira message kowarose amafranga kuri account yawe ucubibona kuko nanje niyonkoresha
sha yarakize ubukene kbx
Gusa sigisuma mubaze uwo akora muri regideso usanga bafise icobahuriyeko mugire amatohoz neza uwomugb mumurek kl
Dessin animé ya casa de papel ntihzobura abayikina😂
Nimukoreshe Amaboko yanyu,
Nyakubawa uyo ntiyivye nubujuju bwabakozi
Ndabona Saison 6 ya La casa de papel Soon irakinigwa burundi 😂😂😂😂😂😂
Nakumiro
Man yanje 🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔
Police mwubahwe
None numusuma gute kandi barayamushiriyeko huu mapengo hana akili
Yivye atavyo amanyereye wivye wojabuka umpaka nikijuju
hahaja
None aho yivye gute??
Ntivyoroshe kweri
Amashure (Diplôme) vs Ubuzima Busanzwe/ Diploma vs Life Part :1
ruclips.net/video/QIek4RGKHxI/видео.html
Muzemurakwirikitana ibintukivyo turabeko igihungu cacukocoterimbere
nukuza murahana abasuma nkabo mubatuze.
Noe wumva yarivye atahawe
Non wumva arinkoziyikibi gut wewenyen ntiwoyasiga ntanumwe atoyatwara ayo ahubwo numubono yahunze nabi
Ubwo nubukozi bwikibi mub’ibihugu vyose niko bigenda ubundi ubonye amahera aremereye nkuko ashikiye muri account yawe utegerezwe kumenyesha bank ko hari amafaranga yinjiye muri account yaw utazi hakuyakuramwo ngo uce utoroka bisigurako iribandi
Ayoni yomakuru
🙄🙄🙄👌👌👌
Nimumuhane
None Aho yivye gt
Nimubitohoze rer ntimumuhohoter ubusa
None.nigisuma.gute
🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭
Amashure (Diplôme) vs Ubuzima Busanzwe/ Diploma vs Life Part :1
ruclips.net/video/QIek4RGKHxI/видео.html